Podcast Afrique.
Yaga1 décembre 20226 min

Et ce jour-là…, Ep.22 : Umugwi CVR uratanguye icese ibikorwa vyayo

Mukiganiro c’uno munsi, turagaruka mu kwezi kwa Myandagaro, igenekerezo rya 28 mu mwaka w’2000, aho amaserano y’i Arusha yahagarika intambara yarashizweko urukumu. Ayo masezerano mu vyo yashitseko harimwo gushiraho umugwi ujejwe ukuri no kunywanisha Abarundi, mu gifaransa « Commission Vérité et Réconciliation », CVR mu majambo avunaguye.

Et ce jour-là…, Ep.22 : Umugwi CVR uratanguye icese ibikorwa vyayoYaga
0:00
5:39