Podcast Afrique.
Yaga28 novembre 202217 min

#YagaEnvironnement, Ep10: Iyubakwa ku misozi ihanamiye igisagara ca Bujumbura

Mu kiganiro c’ibidukikije c’uno munsi, turaza kurabira hamwe ingene kubaka kumisozi ihanamiye igisagara ca Bujumbura bibangamira ubuzima bw’abanyagihugu baba mumicungararo y’iyo misozi.

#YagaEnvironnement, Ep10: Iyubakwa ku misozi ihanamiye igisagara ca BujumburaYaga
0:00
16:38