Podcast Afrique.
Yaga11 janvier 202317 min

Uruhara rw’urwaruka mukugwanya umugera wa Sida

Ikiganiro c’uno munsi kiza guhuza urwaruka aho bazoba bariko baraganira kuruhara boggira mukugwanya umugera wa Sida mugihe tubona ibiharuro vy’abandura uwo mugera vyasubiye kuduga hano mugihugu c’Uburundi.

#UbufashaKwIrondoka 

Uruhara rw’urwaruka mukugwanya umugera wa SidaYaga
0:00
17:20