Podcast Afrique.
Yaga8 novembre 202218 min

#YagaEnvironnement, Ep.1: Intambanyi zo gucukura ibikoresho vy’ubwubatsi

Muri kino kiganiro c’uno munsi, turaza kuganira ibijanye n’ugucukura ibikoresho vy’ubwubatsi nk’amabuye, ama kariyeri eka n’umusenyi bitaciye mumategeko. Tukongera tukaza kurabira hamwe ingaruka bifise kubidukikije n’icokorwa kugira haboneke impinduka rizotugirira akamaro twese.

#YagaEnvironnement, Ep.1: Intambanyi zo gucukura ibikoresho vy’ubwubatsiYaga
0:00
17:43