Podcast Afrique.
Yaga30 juin 202217 min

#Tahura, Ep.34: Agateka k’abana bihakana n’ikibanza cabo… Ni gute?

Uno munsi Ikiganiro Kubwacu kiza kugaruka kugateka k’ abana bihakanywe n’ aba se wabo. Amategeko ico ategekanya n’ ibishoboka gukorwa kugira dutere tuvavanura n’ iyo ngedo ihohotera canke icinyiza agateka k’ abo bana

#Tahura, Ep.34: Agateka k’abana bihakana n’ikibanza cabo… Ni gute?Yaga
0:00
17:27