Podcast Afrique.
Yaga29 juin 202222 min

#Tahura, Ep.29: Kuvuka ugakurira mw’ibohero, siko bikwiye kugenda!

Ikiganaro Kubwacu kirfata akanya ko kugaruka kubuzima bw’abana bavukira bakongera bakurira mumabohero. Akaryo ko gusubira kuraba ibbitegekanyijwe kugira bihagarare canke haboneke impinduka

#Tahura, Ep.29: Kuvuka ugakurira mw’ibohero, siko bikwiye kugenda!Yaga
0:00
21:48