Podcast Afrique.
Yaga23 juin 20225 min

Et ce jour-là…, Ep. 18 : ihinduka ry’intara mu Burundi, uko vyagenze 🤗

✍🏾 Uburundi bucikukira, bwari bufise intara 8. Itegeko ryo kuwa mbere Ntwarante 1962 ryashizeho intara zikurikira : Bujumbura, Bubanza, Muramvya, Gitega, Ngozi, Muyinga, Ruyigi na Bururi. Imbere y’uko ziba intara, ku ntwaro y’Abazungu, zari uturere (territoires mu Gifaransa). Igitigiri c’intara zigize igihugu c’Uburundi cagiye kirahinduka uko imyaka yagiye iragenda n’intwaro zigahinduka. Kurikira mur’ino #YagaPodcast #kahise

Et ce jour-là…, Ep. 18 : ihinduka ry’intara mu Burundi, uko vyagenze 🤗Yaga
0:00
5:21