Podcast Afrique.
Accueil â€ș Yaga
Yaga23 juin 202220 min

#Tahura, Ep. 22 : iyo umwigeme atevye kwubaka urwiwe, har’ikibazo ? 🙄

đŸ€š Iyo umukobwa yakuze akagira imyaka myinshi ataraja ku mugabo, ikibano gica gitangura kumutuma urutoke, eka kikamuha n’amazina amutyoza canke amucafuza. Muri kino kiyago, tugira tuyagire hamwe ingaruka mbi z’ayo majambo kurabo bigeme, ningene vyohagarara 😏 #YagaPodcast #AgatekaKaZinaMuntu

#Tahura, Ep. 22 : iyo umwigeme atevye kwubaka urwiwe, har’ikibazo ? 🙄Yaga
0:00
20:18