Podcast Afrique.
Yaga9 juin 20225 min

Et ce jour-là…, Ep. 9 : icigwa c’ikirundi gitangura kwigishwa icese

Aho hambere, mugihe Uburundi bwari bukiri mugikoroni, ntacigwa c’ikirundi cigishwa mumashure. Muri kino kiganiro, turaza kugaruka ku rugamba rwabaye kugira icigwa c’ikirundi gishobore kuronka agaciro kibereye mu nyigisho zatangwa ico gihe 🤗 #YagaPodcast #indero

Et ce jour-là…, Ep. 9 : icigwa c’ikirundi gitangura kwigishwa iceseYaga
0:00
4:52