Podcast Afrique.
Yaga1 juin 20227 min

Et ce jour là, Ep. 3 : uyo musi, Bihome yigura umwami

Abatari bake baramaze kwumva intwari Bihome yiguze umwami Mwezi Gisabo kugira igihugu ntikigwe mw’isanganya. Ariko ni benshi batazi uko vyagiye biragenda kugira harinde hagera uyo musi. 

Kaze tubibayagire.

Et ce jour là, Ep. 3 : uyo musi, Bihome yigura umwamiYaga
0:00
7:12