
Guteka, gukurikirana abana, kumesa, gukubura n’ibindi nk’ivyo bifatwa nk’ibikorwa vy’abakenyezi. Umugabo abikora arasuzugurwa na bamwe n’abandi, ahandi agafatwa nk’uwahawe imiti n’uwo bubakanye 😕
Ivyo biri uko mu gihe iyo hageze kwubaka, umugabo n’umugore bemeranya gufashanya mu mahirwe no mu marushwa. Ariko none, ibikorwa vyo mu nzu koko ni ivy’umukenyezi wenyene ? #YagaPodcast #UbuzimaBwAbubakanye
Parole aux femmes, Ep.14 : Impfu z’abakenyezi bicwa n’abagabo babo zotuzwa gute?
1 MarYaga
Parole aux femmes, Ep.13 : Iy’ incuti ikwubahutse…
1 MarYaga
Chers Burundais, Ep.33: Tourisme, Economie et Devises… Hmmm…
1 MarYaga
Chers Burundais, Ep.32: Les blagues de mauvais goût…
23 JanYaga
Udukorwa two mu buruhuko n’ubuuzima ndoragitsina: urupfu canke urukiza?
11 JanYaga
Uruhara rw’urwaruka mukugwanya umugera wa Sida
11 JanYaga
Ubuzima ndoragitsina: kwitura umuganga ahumuye voba vyorohera urwaruka?
11 JanYaga
Ihohoterwa rifatiye kugitsina: mu makaminuza vyifashe gute ?
11 JanYaga
Et ce jour-là …, Ep.23 : Le Burundi se dote de son premier Ombudsman
1 DécYaga
Et ce jour-là …, Ep.22 : Umugwi CVR uratanguye icese ibikorwa vyayo
1 DécYaga
#YagaEnvironnement, Ep10: Iyubakwa ku misozi ihanamiye igisagara ca Bujumbura
28 NovYaga
#YagaEnvironnement, Ep.9: Dukingire Rusizi!
8 NovYaga

