Podcast Afrique.
Yaga11 mai 202291 min

Uruhara rw’ibinyamakuru muri kino gihe c’imbuga ngurukanabumenyi

Mbega ibinyamakuru bifise uruhara uruhe muri iyi myaka y’imbuga ngurukanabumenyi ? Mbega ibinyamakuru ku mbuga ngurukanabumenyi birashikiriza inkuru zitari zo ? Ziba zavuye hehe ? Zatanzwe na ba nde ? Mbega ivyo biraheza bikagira ingaruka izihe ku batanga izo nkuru, n’abazironswa ? 
Ivyo n’ibindi bitari bike n’ivyo tuza kuganirako muri kino kiyago c’urunani rw’amaradiyo ku musi mpuzamakungu wahariwe ubwigenge bw’ukumenyeshamakuru. #ubwigenge

Uruhara rw’ibinyamakuru muri kino gihe c’imbuga ngurukanabumenyiYaga
0:00
91:12