Podcast Afrique.
Accueil › Yaga
Yaga21 avril 202225 min

#Tahura, Ep. 10 : kwanka kurangura imibonano mpuzabitsina bifatwa gute mu bubatse ? 😕

Mbega umugore arashobora kwanka kurangura amabanga y’abubatse mu gihe atabishatse uyo musi? Mbega iyo oya yiwe yakirwa gute? Mbega hoho umugore yabishatse umugabo nawe akanka bifatwa gute?

#Tahura, Ep. 10 : kwanka kurangura imibonano mpuzabitsina bifatwa gute mu bubatse ? 😕Yaga
0:00
25:08