Podcast Afrique.
Yaga6 mars 202225 min

Parole aux femmes, Ep. 8 : UFB, ivyo mutari muzi ku muhari wa mbere w’abakenyezi mu Burundi

Umuhari w’abakenyezi b’Abarundikazi UFB (Union des femmes burundaises) ni rimwe mu mashirahamwe amaze igihe kitari gito hano mu Burundi. Mbega mu myaka 55 iheze ribayeho ryamaze iki ? Ni gute ryashoboye kuba rigihagaze kumara ico gihe cose ?

Christine Mbonyingingo arirongoye aratubwira vyose muri #ParolesAuxFemmes. #YagaPodcast #AgatekaKumukenyezi

Parole aux femmes, Ep. 8 : UFB, ivyo mutari muzi ku muhari wa mbere w’abakenyezi mu BurundiYaga
0:00
25:22