Podcast Afrique.
Yaga11 février 202216 min

#Tahura, Ep. 6 : “N’ubu dufise abana turacariha amadeni twakoresheje k’umusi w’ubugeni”

🤦🏾‍♂️ Vyama vyabaye. Abantu bagakora imanza zitwara uburyo bw’umurengera badafise. Ibikurikira turabizi : ubuzima butoroshe bwo kuriha amadeni, rimwe na rimwe bigatera icuka kibi mu muryango, bikanashika hakanduruka ugusambuka kw’ingo.

Ariko none, hamwe twotegura ibintu bito bitatuvuna, ikibazo coba ikihe ? #Tahura #UbuzimaBwAbubakanye

#Tahura, Ep. 6 : “N’ubu dufise abana turacariha amadeni twakoresheje k’umusi w’ubugeni”Yaga
0:00
15:52