Podcast Afrique.
Accueil â€ș Yaga
Yaga4 février 202221 min

#Tahura, Ep. 5 : gutandukanya imvyaro : umukenyezi afise uburenganzira ubuhe ?

Birashika ko umukenyezi yipfuza kuja ku buryo bwo gutandukanya imvyaro ku mvo zitandukanye. Ariko kandi birashika ko umugabo ahakanira umukenyezi kuja kuri ubwo buryo, ahandi naho wa mugabo akaba ari we aza gutegeka umukenyezi wiwe kuja kuri ubwo buryo.

đŸ€š Umukenyezi afise uburenganzira ubuhe ku bijanye n’uburyo bwo gutandukanya imvyaro ? #Tahura #UbuzimaBwAbubakanye

#Tahura, Ep. 5 : gutandukanya imvyaro : umukenyezi afise uburenganzira ubuhe ?Yaga
0:00
21:18