Podcast Afrique.
Accueil › Yaga
Yaga28 janvier 202216 min

#Tahura, Ep. 4 : nanje ingurane ntiyongwa nabi 😀

« Sinumva igituma umukenyezi wanje yoja gusaba ingurane muri banki jewe nshobora kumufasha ivyo akeneye vyose. » Michel ntiyerekwa iciyumviro c’uko umukenyezi yosaba ingurane mw’i banki. Mbega umukenyezi w’umwirimizi arakeneye kumenyana na banki ? Mbega kuronka ingurane hari ico vyomwungura ? Twarabiganiriye n’abakenyezi bo mu ntara ya Ngozi, kandi benshi ntibabibona kumwe. #Tahura

#Tahura, Ep. 4 : nanje ingurane ntiyongwa nabi 😀Yaga
0:00
15:38