Podcast Afrique.
Yaga9 décembre 202112 min

#Tahura, Ep. 3 : umukenyezi ntiyokora akazi k’ijoro ?

Bienvenu ati : “Nta mugabo aheka umwana, nta mugabo amesa kirazira ! Ikitavuzwe ni umugore akora akazi gatuma ataha ijoro.”
Claude nawe ati : “Mu gihe umupfasoni wanje aba ari kudandaza, umwana ndamuheka, nkamwoza nkanamumesera impuzu na kare ni uwanje !“
😊 #Tahura #AgatekaKaZinaMuntu

#Tahura, Ep. 3 : umukenyezi ntiyokora akazi k’ijoro ?Yaga
0:00
11:50