
Mu gihe ca none, ukuja mw’ishure ni ngombwa mu gutegura kazoa keza k’umwana wese. Ariko twagera ku bana bo mu miryango y’Abatwa, ibintu bikaba ibindi. Kimwe co, ni bake bahurumbira ishure, abarigiyemwo nabo bakarita kare cane, bagafata izindi nzira. Imvo zibituma ni nyinshi nk’uko n’ababigiramwo uruhara bari kune bakaba gutanu. #Tahura #AgatekaKaZinaMuntu
Parole aux femmes, Ep.14 : Impfu z’abakenyezi bicwa n’abagabo babo zotuzwa gute?
1 MarYaga
Parole aux femmes, Ep.13 : Iy’ incuti ikwubahutse…
1 MarYaga
Chers Burundais, Ep.33: Tourisme, Economie et Devises… Hmmm…
1 MarYaga
Chers Burundais, Ep.32: Les blagues de mauvais goĂ»t…
23 JanYaga
Udukorwa two mu buruhuko n’ubuuzima ndoragitsina: urupfu canke urukiza?
11 JanYaga
Uruhara rw’urwaruka mukugwanya umugera wa Sida
11 JanYaga
Ubuzima ndoragitsina: kwitura umuganga ahumuye voba vyorohera urwaruka?
11 JanYaga
Ihohoterwa rifatiye kugitsina: mu makaminuza vyifashe gute ?
11 JanYaga
Et ce jour-lĂ …, Ep.23 : Le Burundi se dote de son premier Ombudsman
1 DécYaga
Et ce jour-lĂ …, Ep.22 : Umugwi CVR uratanguye icese ibikorwa vyayo
1 DécYaga
#YagaEnvironnement, Ep10: Iyubakwa ku misozi ihanamiye igisagara ca Bujumbura
28 NovYaga
#YagaEnvironnement, Ep.9: Dukingire Rusizi!
8 NovYaga

