Podcast Afrique.
Yaga23 juin 20225 min

Et ce jour-là…, Ep. 13 : Ririkumutima arabaye umuhagarikizi bahetsi b’umwami !

☺️ Mukinjana ca mirong’ibiri, Ririkumutima yabaye umukenyezi wa mbere aronse amabanga yo kuba umuhagarikizi bahetsi b’umwami. Ririkumutima yari yipfuza mumpisho, kumwe mu bahungu biwe, yoba ariwe aba umwami inyuma y’urupfu rwa Mwezi Gisabo. Kur’iyo mvo, yarakoresheje amayeri yose kugira avyumvishe umukunzi wiwe yuko yoreka umwe mu bahungu biwe acatwara, ariko Mwezi aranka ahitamwo gukurikiza imigenzo. #YagaPodcast #kahise

Et ce jour-là…, Ep. 13 : Ririkumutima arabaye umuhagarikizi bahetsi b’umwami !Yaga
0:00
4:55