Podcast Afrique.
Yaga31 octobre 20225 min

Et ce jour-là…, Ep. 21 : Ndadaye Melchior, incungu ya demokarasi

Ikiyago c’uno musi kidusubiza kw’igenekerezo rya 10 Nzero mu mwaka w’ 2007.

Uwo munsi, uwahoze ari umukuru w’igihugu, Melchior Ndadaye niho yagirwa incungu ya demokarasi.

Muti, vyatanguye gute?

Et ce jour-là…, Ep. 21 : Ndadaye Melchior, incungu ya demokarasiYaga
0:00
4:53