Podcast Afrique.
Yaga7 juin 20225 min

Et ce jour-là, Ep. 5 : uyo musi, Abarundi batora umukuru w’igihugu mushasha

Mbega amatora yo ku wa 1 Ruheshi 1993 yagenze gute ? Imyiyamamazo yo gute ? Mbega hari ibindi tutazi vyabaye uyo musi ? 🤨

Inyishu zose hano 🤗

#YagaPodcast #kahise

Et ce jour-là, Ep. 5 : uyo musi, Abarundi batora umukuru w’igihugu mushashaYaga
0:00
5:22