Podcast Afrique.
Yaga25 avril 202227 min

Parole aux femmes, Ep. 10 : ng’ibi ivyo mutari muzi muri « indasri » ya “mannequinat”

👗👔 Murabona ko izi mpuzu zikorerwa mu maduka akomakomeye kw’isi yose baba bakeneye abatambuka neza kugira abantu bazibone ?
💁🏾‍♀️ Mwari muzi ko muri uyo mwuga hariho Abarundi n’Abarundikazi bayikoreramwo ? Umuntu agafata indege agiye gukora ako kazi ?
🎙 Mukurikirane Sarah Ninthia Nshimirimana atwara « We Best Models » mumenye vyinshi kuri uyo mwuga. #YagaPodcast #culture

Parole aux femmes, Ep. 10 : ng’ibi ivyo mutari muzi muri « indasri » ya “mannequinat”Yaga
0:00
26:46