Podcast Afrique.
Accueil â€ș Yaga
Yaga1 mai 202217 min

#Tahura, Ep. 12 : kuki tudatabaza iyo twumvise ihohoterwa mu rugo ? 😏

Birashika mu ngo hakaba uguhohoterwa haba ku mukenyezi canke ku mugabo. Hari igihe bikomera cane gushika aho haba n’uwicwa. 
Ko Abarundi kenshi dukunda kuba ba ntirumveko, mwari muzi ko kudatabariza uwugeramiwe bihanwa n’amategeko ? #YagaPodcast #AgatekaKaZinaMuntu

#Tahura, Ep. 12 : kuki tudatabaza iyo twumvise ihohoterwa mu rugo ? 😏Yaga
0:00
17:29