Podcast Afrique.
Accueil â€ș Yaga
Yaga3 mai 202213 min

#Tahura, Ep. 14 : kuba umunyamwema, ubuzima butoroshe đŸ„ș

Barakumirwa kuva bakiri bato, haba mu kibano canke kw’ishure n’ahandi. Birashika bakicwa urw’agashinyaguro, n’abashinguwe bakazurwa bagahimbagurwa. Abanyamwema babayeho ubuzima bwo gutinya bivanye n’urukoba rwabo. Mbega ivyo biva kuki ? Vyorangira gute ? 😏

#YagaPodcast #AgatekaKaZinaMuntu

#Tahura, Ep. 14 : kuba umunyamwema, ubuzima butoroshe đŸ„șYaga
0:00
12:50