Podcast Afrique.
Accueil â€ș Yaga
Yaga12 mai 202215 min

#Tahura, Ep. 17 : intambamyi z’abagendana ubumuga mu kazi kabo ka misi yose 😞

Mu kazi ka misi yose, abagendana ubumuga barahura n’ingorane nyinshi. Uretse ko hari ababafata nabi, hari n’ingorane bagira mu kwiyunguruza ahantu hari ingazi canke haduga cane eka n’ibindi. Muri kino kiyago, twaganiriye n’abatandukanye kugira twumve umuti wotorerwa ivyo bibazo. #YagaPodcast #AgatekaKaZinaMuntu

#Tahura, Ep. 17 : intambamyi z’abagendana ubumuga mu kazi kabo ka misi yose 😞Yaga
0:00
15:27