Podcast Afrique.
Accueil â€ș Yaga
Yaga13 mai 202221 min

#Tahura, Ep. 18 : ubugumba mu rugo, umukenyezi niwe ahagorerwa đŸ„ș

😒 Kenshi na kenshi iyo urugo rutevye kuronka ikibondo canke gukurikiza, ikibano gica gitangura gutuma urutoke umukenyezi yuko ariwe ari ingumba. N’aho yoba ari umushingantahe afise ingorane zo kutavyara, umugore niwe arabwa nabi mu muryango. Muri kino kiganiro, turumviriza ababibayemwo n’ingene bavyifashemwo, kugira natwe bitubere icirwa đŸ€— #YagaPodcast #UbuzimaBwAbubakanye

#Tahura, Ep. 18 : ubugumba mu rugo, umukenyezi niwe ahagorerwa đŸ„șYaga
0:00
20:36