Podcast Afrique.
Yaga2 juin 202222 min

#Tahura, Ep. 19 : mbega indembe zo mw’ibarabara twozifasha gute ?

Vyama vyashitse tukabona abantu baryamye mu mabarabara. Bamwe baba baremvye hama bakagwa aho bageze, abandi bakaba bahuye n’amasanganya, n’ibindi bishobora kubashikira. Rimwe rimwe, hari abatinya gufasha mwene abo bantu baryamye kw’ibarabara, iyo bafashijwe n’aho bakajanwa kwa muganga ugasanga biragoye ko bavugwa kuko ata wamumenye canke ata ngwati yatanzwe. Ivyo biri uko mu gihe Umurundi wese afise ubirengnzira bwo kuvurwa mu ngingo ya 55 y’ibwirizwa nshingiro. Ariko none muri ico gihe tubonye uwagize ikibazo, twovyifatamwo gute ? 🤔

#Tahura, Ep. 19 : mbega indembe zo mw’ibarabara twozifasha gute ?Yaga
0:00
21:44