Podcast Afrique.
Accueil â€ș Yaga
Yaga12 novembre 20217 min

#Tahura, Ep. 2 : « Barantuka mw’ishure ngo ndi Umutwa » đŸ„ș

Mu gihe ca none, ukuja mw’ishure ni ngombwa mu gutegura kazoa keza k’umwana wese. Ariko twagera ku bana bo mu miryango y’Abatwa, ibintu bikaba ibindi. Kimwe co, ni bake bahurumbira ishure, abarigiyemwo nabo bakarita kare cane, bagafata izindi nzira. Imvo zibituma ni nyinshi nk’uko n’ababigiramwo uruhara bari kune bakaba gutanu. #Tahura #AgatekaKaZinaMuntu

#Tahura, Ep. 2 : « Barantuka mw’ishure ngo ndi Umutwa » đŸ„șYaga
0:00
6:58