Podcast Afrique.
Accueil › Yaga
Yaga23 juin 202222 min

#Tahura, Ep. 21 : agateka k’abapfakazi ni akahe mu Burundi ? 🤨

🙄 Iyo umukenyezi apfakaye, birashika akatari gake ko umuryango y’uwo bari bubakanye bisuka mubuzima bwiwe. Yaba mu bijanye n’ubuzima bwa minsi yose canke ku kungene atunganya amatungo y’umuryango. Muri kino kiyago, turaza kuganira ku gateka k’abapfakazi twongere tuvugane ivy’amategeko ategekanya mur’ico gihe. #YagaPodcast #AgatekaKaZinaMuntu

#Tahura, Ep. 21 : agateka k’abapfakazi ni akahe mu Burundi ? 🤨Yaga
0:00
21:44