Podcast Afrique.
Yaga29 juin 202218 min

#Tahura, Ep.31: Ihohoterwa rifatiye kugitsina kukazi, Hokorw’iki?

Mukazi, birashika umuntu akabuzwa amahoro n’abo bakorana canke umukoresha. Ivyo bikinjira mw’ihohoterwa rifatiye kugitsina. Muri kino kiganiro, turafata akanya ko gutahura uko bigenda kugira habe ayo mabi twongere twumvirize ivyo amategeko ategekanya muri ico gihe

#Tahura, Ep.31: Ihohoterwa rifatiye kugitsina kukazi, Hokorw’iki?Yaga
0:00
18:12