Podcast Afrique.
Accueil â€ș Yaga
Yaga17 février 202218 min

#Tahura, Ep. 7 : imbanyi itifujwe isobanura kuba igicibwa ? 😏

Birashika umwigeme agatwara inda atarubaka. Iyo bishitse, abigeme batari bake baba bumva ubuzima buhagaze, ku bandi amashure barahagarika, mbere bigashika bakirukanwa n’aho baba, n’izindi ngorane nyinshi zibashikira.  

Ariko none, iyo umwigeme atwaye inda atipfuje, yoba aca acika igicibwa? Mbega ivyiwe biba biheze?

#YagaPodcast

#Tahura, Ep. 7 : imbanyi itifujwe isobanura kuba igicibwa ? 😏Yaga
0:00
17:56