Podcast Afrique.
Yaga8 novembre 202217 min

#YagaEvironnement, Ep.2: Amagara y’abantu n’ibidukikije ni bimwe

Mukiganiro c’uno munsi, tuzakurabira hamwe isano riri hagati y’ugukingira ibidukikije n’amagara y’abantu. Tuza kugaruka ahanini kuburyo tutitwararika gukingira ibidukikije bikanagira ingaruka kumagara y’abantu.

#YagaEvironnement, Ep.2: Amagara y’abantu n’ibidukikije ni bimweYaga
0:00
16:48